Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 8:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Maze haba umunezero mwinshi muri ico gisagara.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Haba umunezero mwinshi mur’ ico gisagara.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 8:8
10 Referans Kwoze  

Kandi abigishwa bo muri Antiyokiya bari bafise umunezero mwishi, buzuye Mpwemu Yera.


Abanyamahanga bavyumvise baranezerwa cane, bahimbaza Ijambo ry’Umwami Imana; abari baratoranirijwe ubugingo budashira, barizera.


Bavuye mu mazi, Mpwemu w’Imana aca ajana Filipo, ya nkone ntiyasubira kumubona, ariko ibandanya urugendo inezerewe cane.


Bashitse aho ari, baramwinginga ngo agumane na bo, maze ahamara imisi ibiri.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite