Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 8:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Maze iyo nkone ibaza Filipo iti: “Mbwira: uwu muntu uwavugishwa n’Imana avuga ko ni nde, ni we yivugako canke avuga ku wundi muntu?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Iyo nkone ibaza Filipo, iti Ndakubaza: uwavugishwa n’Imana yavuze ayo majambo kuri nde? Ni we yayīvuzeko, canke yayavuze ku wundi?

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 8:34
6 Referans Kwoze  

Petero aramubwira ati: “Dusigurire uwo mugani.”


Hanyuma Yesu asiga abantu ngaho, yinjira mu nzu. Abigishwa biwe baza aho ari, bamubwira bati: “Dusigurire umugani w’urwamfu mu murima.”


Nuko afata inzira, akiriko aragenda ahura n’inkone y’Umunyetiyopiya, yari umutware akomeye, ajejwe ubutunzi bwa Kanidake, umwamikazi w’Abanyetiyopiya. Uwo muntu yari yagiye i Yerusalemu gusenga.


Yarakengerewe abura uwumuburanira. Ni nde yovuga ivy’uruvyaro rwiwe? Kuko ubuzima bwiwe bwakuwe kw’isi?”


Filipo aca ahera kuri ivyo vyanditswe nyene, amubwira Ubutumwa Bwiza bwa Yesu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite