Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 8:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Kuko ndabona ko wuzuye ishari ry’umururazi, kandi ko uri umugurano w’ikibi.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Kuko mbona yuk’ uri mw ibamba ry’umururazi no mu ngoyi zo kugabitanya.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 8:23
18 Referans Kwoze  

Mwitaneho kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe ananirwa ntashikire ubuntu bw’Imana. Mwirinde ntihakagire n’umwe muri mwebwe amera nk’umuzi urura hagati yanyu agatera uruhagarara, agatuma benshi bononekara.


Yesu arabishura ati: “Ndababwire ukuri, umuntu wese akora icaha ni umugurano waco.


Babasezeranira umwidegemvyo, ariko na bo ubwabo bakiri abagurano b’ivyonona (kuko umuntu wese ni umugurano w’ikimuganza ico ari co cose).


Kuko nimba Imana itihanganiye abamarayika igihe bacumura, ariko ikabaterera muri Gehinomu, mu minyororo y’umwijima gushika ku musi w’imanza.


Natwe twahora turi imburabwenge, turi abagarariji, twarahenzwe twongera tugirwa imbohe n’ivyipfuzo vy’ibihimbaro vy’ubwoko bwose. Twari twuzuye ubugunge n’ukwipfuza, twankwa kandi twankana hagati yacu.


Mwiyambure umururazi wose, ubushangashirwe, uburake, ugutongana n’ugutukana, hamwe n’ibindi bibi vyose.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite