Ivyakozwe 8:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Na Simoni na we arabatizwa, akurikira Filipo aho yaja hose, atangarira ibimenyetso n’ibitangaza Filipo yakora. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Na Simoni na we arizera, kand’ amaze kubatizwa yāmana na Filipo: abonye ibimenyetso n’ibitangaza bihambaye vyakorwa, arūmirwa. Gade chapit la |