Ivyakozwe 8:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Bakunda kumwumviriza kuko yari amaze igihe abatangaza n’amareba yiwe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Arikw icatuma bamushirak’ umutima n’uk’ uhereye kera yabūmiza n’amarēba yiwe. Gade chapit la |