Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 7:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Imana yongera ivuga iti: ‘Ariko nzohana ihanga bazokorera nk’abagurano, kandi mu nyuma bazorivamwo, baze kunsengera muri iki kibanza.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Kand’ ihanga rizobagira abaja ni jewe nzoricirakw iteka, Imana ni ko yagize, it’ Arikw amaherezo bazovayo, bansengere aha hantu.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 7:7
11 Referans Kwoze  

Swiv nou:

Piblisite


Piblisite