Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 7:49 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

49 ‘Ijuru ni intebe yanje y’ubwami, isi na yo ni indava y’ibirenge vyanje.’ Ni ko Uhoraho avuze. ‘Mbega mwonyubakira inzu nyabaki? Canke ikibanza canje co kuruhukiramwo coba hehe?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

49 at’ Ijuru ni ryo ntebe yanje y’ubgami, Isi na yo n’indava y’ibirenge vyanje; Muzonyubakira inzu ki? ni k’Uhoraho abajije, Canke nzoruhukira ahantu ki?

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 7:49
13 Referans Kwoze  

Yesu aramwishura ati: “Mupfasoni, nunyizere: igihe kiraje aho mutazorinda kuja gusengera Data kuri uwu musozi canke i Yerusalemu.


Uwuzonesha nzomuha kwicarana nanje ku ntebe y’inganji, nk’uko nanje nanesheje nkicarana na Data ku ntebe y’inganji yiwe.


Na we arabishura ati: “Murabona ibi vyose? Ndababwira ukuri ko ata buye na rimwe rizosigara rigeretse ku rindi, yose azosamburirwa hasi.”


Umuntu wese arahira kw’ijuru, aba arahiye no ku ntebe y’inganji hamwe no ku Mana iyicayeko.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite