Ivyakozwe 7:45 - Bibiliya mu Kirundi coroshe45 Bamaze guhabwa iryo hema, ba sogokuruza, barongowe na Yosuwa, baje bazanye iryo sandugu mu gihugu Imana yari ihejeje kwirukanamwo amahanga imbere yabo. Iryo hema ryagumye mu gihugu gushika ku gihe c’umwami Dawidi. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)45 Iryo, ba sogokuruza barihawe na ba sekuru babo, barishikana ino, Yosuwa ari kumwe na bo, hamwe bātsinda amahanga, Imana iyirukana imbere ya ba sogokuruza, gushitsa ku gihe ca Dawidi. Gade chapit la |