Ivyakozwe 7:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Nabonye agacinyizo abantu banje barimwo muri Egiputa, numva n’amaborogo yabo, none manukanywe no kubakiza. Egera hano, kuko ngomba kugutuma muri Egiputa.’ Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 N’ukuri abantu banje bari muri Egiputa nabonye amarushwa barimwo, numvise umuniho wabo, none mmanukanywe no kubarokora: kandi none n’uze ndagutume muri Egiputa. Gade chapit la |