Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 7:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Yamubwiye iti: ‘Va mu gihugu cawe no mu bwoko bwawe, uje mu gihugu nzokwereka.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 iramubarira, iti Va mu gihugu canyu no mu muryango wanyu, uje mu gihugu nzokwereka.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 7:3
11 Referans Kwoze  

Ukwizera ni kwo kwatumye Aburahamu yumvira Imana igihe yamuhamagara ngo ave mu gihugu ciwe aje mu kindi yari igiye kumuha ngo kibe iciwe. Yavuye mu gihugu ciwe atazi iyo agiye.


None rero, “Nimuve muri bo, mwitandukanye na bo, ni ko Uhoraho Imana avuze. Ntihagire igihumanye mukorako, nanje nzobiyegereza.”


Nuko rero, umuntu wese muri mwebwe adaheba ivyiwe vyose, ntashobora kuba umwigishwa wanje.


Umuntu wese akunda se canke nyina akabandutisha ntankwiriye; uwukunda umuhungu wiwe canke umukobwa wiwe akamundutisha uwo na we nyene ntankwiriye.


Nuko Aburahamu ava mu gihugu c’Abakarudaya, aja kuba i Harani. Se wiwe amaze gupfa, Imana imurungika muri iki gihugu mubamwo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite