Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 7:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Uwariko agirira nabi mugenziwe aca asunura Mose, amubaza ati: ‘Ni nde yakugize umutware n’umucamanza wacu?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Arik’ uwagirira mugenzi we nabi aramusunika, aramubaza, ati Ni nde yakugize umukuru cank’ umucamanza wacu?

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 7:27
15 Referans Kwoze  

Uwu ni Mose nyene bari baranse igihe bavuga bati: ‘Ni nde yakugize umutware n’umucamanza wacu?’ Imana ubwayo ni yo yamwirungikiye ngo abe umutware n’umucunguzi wabo, biciye ku mumarayika yamwiyeretse ari mu gisaka caka umuriro.


Yesu aramwishura ati: “Ni nde yangize umucamanza wanyu n’umuhagarikizi wo kubagaburira ivyanyu?”


Bavyumvise, barashangashirwa, bamuhekenyera imisaya.


Ariko ba Sokuruza bacu baranse kumwumvira, baramwikunkumura, imitima yabo yipfuza kwisubirira muri Egiputa.


Bavyumvise barashangashirwa, bagomba kubicisha.


Nuko barengutsa Petero na Yohana, batangura kubabazagiza bati: “Ni mu buhe bushobozi, canke mw’izina rya nde mwakoze ivyo?”


Yesu aca asubira mu rusengero hanyuma atangura kwigisha, abakuru b’abaherezi n’abakuru b’Abayuda baza aho ari baramubaza bati: “Ni ubuhe bubasha butuma ukora ivyo? Ni nde yabuguhaye?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite