Ivyakozwe 7:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Ico gihe ni ho Mose yavuka, avuka ari umwana adasanzwe imbere y’Imana. Nuko arererwa mu muryango wiwe gushika ashikanye amezi atatu. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Mur’ ico gihe Mose aravuka, yari mwiza cane, bamurerera mu nzu kwa se amezi atatu; Gade chapit la |