Ivyakozwe 7:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Igihe c’uko Imana ishitsa amasezerano yahaye Aburahamu cegereje, igitigiri c’ubwoko bwacu cari kimaze kugwira, kirongerekana cane muri Egiputa. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Arikw igihe c’isezerano kigira gishike, iry’ Imana yasezeraniye Aburahamu, abantu baragwira, baba benshi muri Egiputa, Gade chapit la |