Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 6:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Bamwe cumi na babiri baca bakoranira hamwe n’abandi bigishwa, bavuga bati: “Si vyiza ko dufata minenegwe igikorwa co kugabura ijambo ry’Imana bitumwe no kugabura ivyokurya.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Bamwe cumi na babiri bakoranya ishengero ry’abigishwa, bati Ntibibereye yuko twebge turekera ijambo ry’Imana kugaburisha ivyo ku meza.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 6:2
10 Referans Kwoze  

Ntawahawe kuba umusoda abandanya yivanga mu vy’ubuzima busanzwe ashobora guhimbara umukuru wiwe.


Ntibibereye ko ndungika imbohe nterekanye ico yagirizwa.”


None tubigenze dute? Nta nkeka bazokwumva ko waje.


Ariko Petero na Yohana barabishura bati: “Mbega mubona ko ikibereye imbere y’Imana, ari ukwubaha mwebwe gusumba kuyubaha?


Muri iyo misi, igitigiri c’abigishwa caguma ciyongera. Abayuda bavuga Ikigiriki bari muri bo bidogera Abayuda b’imvukira ko birengagiza abapfakazi babo iyo batanga imfungurwa zo ku musi ku musi.


Bene Data, nimutoranye abantu indwi muri mwebwe, mushingira intahe ko buzuye Mpwemu Yera n’ubwenge, tubazeze ico gikorwa,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite