Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 6:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Baca bazana ibindi vyabona vy’ibinyona, bivuga bati: “Uwu mugabo yama atuka urusengero rwera n’amabwirizwa ya Mose.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Bahagarika ivyabona vy’ibinyoma, baravuga, bat’ Uyu muntu nta ho ahumeka gutuka aha hantu hēra n’ivyagezwe:

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 6:13
11 Referans Kwoze  

Ni ko guca baha ingero abantu mu mpisho ngo baje kumudodobereza bati: “Twumvise Sitefano atuka Mose, yongera atuka n’Imana.”


Barasemerera bati: “Yemwe Bisirayeli, dutabare! Uwu ni wa mugabo agenda arigisha abantu bose aho aciye hose, atyoza ubwoko bwacu, ivyagezwe n’uru rusengero. Ikigeretseko, yazanye Abagiriki mu rusengero, ahumanya iki kibanza cera.”


Maze Pawulo na we ariregura, avuga ati: “Sinigeze ncumura ku vyagezwe vy’Abayuda, canke ku rusengero, canke kuri Kayisari.”


bamukwegera inyuma y’igisagara, batangura kumutera amabuye. Vya vyabona bikura imitamana yavyo, biyirambika imbere y’ibirenge vy’umusore yitwa Sawuli.


Nimwabona ca ‘kizira gihumanya’ cavugwa n’uwavugishwa n’Imana Daniyeli gihagaritswe ahera (uwusoma yiyubare),


Abakuru b’abaherezi n’abagize inama nkuru y’idini ry’Abayuda bagerageza kurondera ibirego vyotuma Yesu acirwa urubanza rwo gupfa.


Kandi iyo ubuherezi buhindutse, n’ivyagezwe birahinduka.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite