Ivyakozwe 5:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe37 Inyuma yaho, Yuda Umunyagalilaya yaje mu misi y’urusansuma, arongoye umugwi w’abantu batera umudurumbanyo. Na we nyene yarishwe, abamukurikira barasanzara. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Hanyuma yiwe hāduka Yuda Umunyagalilaya, mu misi yo kwandikwa, yikwegera abantu inyuma; na we apfa rubi, n’abāmwumvira bose uko bangana barasābagira. Gade chapit la |