Ivyakozwe 5:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Imana yaramushize hejuru imwicarika i buryo bwayo nk’Umutware n’Umukiza, kugira ngo ahe Abisirayeli ukwihana n’uguharirwa ivyaha vyabo. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Uyo Imana yaramushize hejuru n’ukuboko kwayo kw’i buryo, ngw abe Umukuru n’Umukiza, ngw ahe Abisirayeli kwihana no guharirwa ivyaha. Gade chapit la |