Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 5:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Arababwira ati: “Twari twabihanikirije kutigisha muri iryo zina. Ariko mwakwiragije inyigisho zanyu i Yerusalemu hose, kandi mwamaramaje kutwegekako amaraso y’uwo muntu.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 ati Mbega ntitwabīhanije cane kutigisha muri rya zina? None rāba mwujuje Yerusalemu inyigisho zanyu; ico murondera n’ukudushirakw amaraso ya wa muntu.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 5:28
16 Referans Kwoze  

Abantu bose barishura bati: “Amaraso yiwe azotwagire twebwe n’abana bacu!”


Mbega hari umuvugishwa n’umwe ba sogokuruza banyu batahamye? Mbere bishe n’abavugishijwe ku kuza kwa wa Umugororotsi. None namwe ubu mwaramugurishije, muramwica,


Nuko bemera impanuro ziwe, bahamagaza za ntumwa, barazikubitisha, bazitegeka kudasubira kwigisha muri iryo zina rya Yesu, baca barabarekura barataha.


Umuntu wese azogwa kuri iryo buye azovunagurika, kandi uwo rizogwako, rizomusya.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite