Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 5:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Ariko ba barinzi b’urusengero bashitse kw’ibohero, ntibabasangayo, baca basubira inyuma gutanga inkuru,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Abagendanyi bagiye ntibabasanga mw ibohero: baragaruka barababgira,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 5:22
4 Referans Kwoze  

Ariko Petero aguma inyuma yiwe, amukurikira agendera kure, kugeza ashitse mu rugo rw’umuherezi mukuru. Ashitse yicarana n’abarinzi b’urugo arindira kuraba ingene bija kurangira.


bavuga bati: “Twasanze ibohero ryugaye neza, n’abarinzi bahagaze ku miryango, ariko twuguruye twasanze ata n’umwe ariyo.”


Wa mukuru w’abarinzi b’urusengero aca ajana n’abarinzi bari kumwe, baja kuzana za ntumwa. Ariko babazana ku neza badakoresheje inguvu, kuko batinya ko abantu bobatera amabuye.


Bukeye, haba uruhagarara hagati y’abasoda, bibaza ivyashikiye Petero.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite