Ivyakozwe 5:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Maze arababwira ati: “Nimugende muhagarare mu rusengero, mubwire abantu ubutumwa bwuzuye bw’ivy’ubu bugingo bushasha.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 ati Ni mugende, muhagarare mu rusengero, mubarire abantu amajambo yose ya bga Bugingo. Gade chapit la |