Ivyakozwe 5:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Vyatuma kandi abantu benshi bama bazana abagwaye bakabaryamika mu nderuzo no ku birago i ruhande y’inzira, kugira ngo Petero arenganye igitutu ciwe gipfume kibacako. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 bituma banaterurira abarwaye ku nzira, babashira mu nderuzo no ku birago, kugira ngo Petero ni yahaca, naho coba igitūtu ciwe gishike kuri bamwe. Gade chapit la |