Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 5:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Ariko hari umugabo yitwa Ananiya, yari afise umugore yitwa Safira. Bagurisha itongo ryabo babigiye inama.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Kandi hār’ umugabo yitwa Ananiya, agura ishamvu afatanije n’umugore wiwe Safira,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 5:1
9 Referans Kwoze  

Mu nzu nini ntihabamwo gusa ibikoresho bikozwe mu nzahabu canke mw’ifeza, habamwo n’ibikozwe mu biti, no mw’ibumba. Kandi bimwe vyagenewe gukoreshwa ivy’icubahiro, ibindi na vyo vyagenwe gukoreshwa ibikorwa bisanzwe.


Ariko abo Data yampaye bose, bazoza aho ndi kandi sinzokwigera ndabirukana.


yagurishije itongo maze azana amahera yose ayashikiriza intumwa.


Aca yumvikana n’umugore wiwe, bafata igice c’amahera bakuyemwo barakinyegeza, bazana ayasigaye bayashikiriza intumwa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite