Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 4:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 yagurishije itongo maze azana amahera yose ayashikiriza intumwa.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 yar’afise itongo ararigura, azana ibiguzi vyaryo, abishira imbere y’ibirenge vy’intumwa.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 4:37
4 Referans Kwoze  

Kandi nta muntu n’umwe yasize inzu, canke abavukanyi, canke se, canke nyina, canke umugore, canke abana, canke amatongo kubera izina ryanje, atazobishumbushwa incuro ijana kandi akaragwa n’ubugingo budashira.


Abizera bose baba hamwe kandi basangira ivyabo vyose.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite