Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 4:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

35 bakayashikiriza intumwa, maze na zo zikayabagabanganya, umwe umwe wese akaronka ayakwiranye n’ivyo akenye.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

35 bakabishira imbere y’ibirenge vy’intumwa; maze bakabigabanganya abantu, umuntu wese ukw akennye.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 4:35
6 Referans Kwoze  

Aca yumvikana n’umugore wiwe, bafata igice c’amahera bakuyemwo barakinyegeza, bazana ayasigaye bayashikiriza intumwa.


Bagurisha amatongo n’ivyo batunze vyose, bakagabura amahera, bivanye n’ubukene bw’umwe umwe wese.


yagurishije itongo maze azana amahera yose ayashikiriza intumwa.


Ariko Petero aravuga ati: “Ifeza n’inzahabu nta vyo mfise, ariko ico mfise ndakiguha. Mw’izina rya Yesu Kristo Umunyenazareti, va hasi utambuke!”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite