Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 4:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Ni wewe wavugiye muri Mpwemu Yera uciye mu kanwa k’umusavyi wawe, sogokuruza wacu Dawidi, uti: ‘Ni kuki abanyamahanga bateye umuvurungano, n’amoko akagira inama z’ubusa?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 kandi wavugiye mu kanwa ka sogokuruza Dawidi, umusavyi wawe, ubivugisha Mpwemu Yera, ut’ Abanyamahanga n’iki kibateye umuvurungano, N’amoko yagīriye ingingo iki ivy’ ubusa?

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 4:25
5 Referans Kwoze  

ababwira ati: “Bene Data, Ivyanditswe vyategerezwa gushika kuri Yuda, umwe yaza arongoye abaje gufata Yesu. Ivyo Mpwemu Yera yari yarabivuze kera aciye kuri Dawidi.


Yari umuvugishwa w’Imana kandi yari azi ko Imana yari yaramusezeraniye ishizeko n’indahiro ko izokwimika ku ngoma yiwe umwe mu ruvyaro rwiwe.


mureke kwibwira mu mitima yanyu muti: ‘Turi uruvyaro rwa Aburahamu’, kuko ndababwira ko no muri aya mabuye mubona, Imana ishobora gukuramwo abana ba Aburahamu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite