Ivyakozwe 4:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Bavyumvise, bashira amajwi hejuru bose, basenga Imana, bavuga bati: “Mwami Imana uganje vyose, ni wewe waremye ijuru, isi n’ikiyaga, n’ibibibamwo vyose. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Na bo bavyumvise bavuga n’ijwi rirenga, babgira Imana n’umutima uhūye, bati Databuja, ni wewe waremye ijuru n’isi, n’ikiyaga n’ibirimwo vyose, Gade chapit la |