Ivyakozwe 4:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Petero na Yohana bamaze kurekurwa baca basubira aho bagenzi babo bari, babiganira ivyo abakuru b’abaherezi n’abashingantahe bababwiye. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Nuko barekuwe basubira muri bagenzi babo, babīgānira ivyo abaherezi bakuru n’abakuru bababgiye vyose. Gade chapit la |