Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 4:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Nuko barabahamagara, babihanikiriza kudasubira kuvuga canke kwigisha muri iryo zina rya Yesu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Babahamagaje, barabihanikiriza ngo ntibazirukanye ngo bavuge canke bigishe mw izina rya Yesu.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 4:18
7 Referans Kwoze  

Nuko bemera impanuro ziwe, bahamagaza za ntumwa, barazikubitisha, bazitegeka kudasubira kwigisha muri iryo zina rya Yesu, baca barabarekura barataha.


Maze arababwira ati: “Nimugende muhagarare mu rusengero, mubwire abantu ubutumwa bwuzuye bw’ivy’ubu bugingo bushasha.”


Ariko muzohabwa ubushobozi Mpwemu Yera niyabazako; maze muzonshingira intahe i Yerusalemu, i Yudaya n’i Samariya hose, no gushika ku mpera z’isi.”


Arababwira ati: “Twari twabihanikirije kutigisha muri iryo zina. Ariko mwakwiragije inyigisho zanyu i Yerusalemu hose, kandi mwamaramaje kutwegekako amaraso y’uwo muntu.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite