Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 3:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Nuko atangura gutambuka, yinjirana na bo mu rusengero, atambuka, yiterera hejuru, ahimbaza Imana.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 arabaduka arahagarara, atangura gutambuka, yinjirana na bo mu rusengero, atambuka yitera hejuru, ahimbaza Imana:

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 3:8
11 Referans Kwoze  

Pawulo aca avuga n’ijwi rirenga ati: “Haguruka, uhagarare ku birenge vyawe!” Ubwo nyene wa mugabo aca arabaduka, aca atangura gutambuka.


Ico gihe muze munezerwe kuko impera yanyu izoba ari nini mw’ijuru. Kandi mwibuke ko ba sekuruza babo ari ko bagiriye abavugishwa n’Imana ba kera.


Mu nyuma, Yesu amusanga mu rusengero aramubwira ati: “Urabona ko wakize! Ntuze usubire gucumura kugira ngo ntuze ushikirwe n’icago kirengeye ico wahorana.”


Ako kanya nyene aca arahumuka, akurikira Yesu ashima Imana. Abari aho bose babibonye bashima Imana.


Aca amufata ukuboko kw’i buryo, aramuhagurutsa, ubwo nyene ibirenge vyiwe n’ingingo zavyo bica birakomera.


Wa muntu yarimwo impwemu mbi aca abasimbirako, abarusha inkomezi, arabakubita gushika aho bahunga inzu barimwo bari gusa, bavirirana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite