Ivyakozwe 3:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Aca amufata ukuboko kw’i buryo, aramuhagurutsa, ubwo nyene ibirenge vyiwe n’ingingo zavyo bica birakomera. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Maz’ amufata ukuboko kw’i buryo, amukūra hasi: ako kanya ibirenge vyiwe n’ingingo zavyo bica birakomera, Gade chapit la |