Ivyakozwe 3:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Mwishe uwutanga ubugingo, ariko Imana yaramuzuye mu bapfuye, natwe turi ivyabona vyo kubishingira intahe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 wa Mukuru w’ubugingo muramwica; arikw Imana muzura mu bapfuye, natwe tur’ ivyabona vyo gushingira intahe ivyo. Gade chapit la |