Ivyakozwe 28:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Se wa Pubiliyo yari arwaye inyonko n’amacinya, arembeye ku buriri. Nuko Pawulo yinjira aho ari aramusengera amurambitseko ibiganza, aca arakira. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Se wa Pubiliyo yar’ arwaye inyonko kand’ agacibgamw’ amaraso, maze Paulo yinjira i we, arasenga, amurambikakw ibiganza, aramukiza. Gade chapit la |