Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 28:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Abantu bari biteze ko aca avyimba canke agapfa ubwo nyene. Ariko barindiriye umwanya muremure bakabona nta co abaye, baca barahindura batangura kuvuga ko Pawulo ari imana.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Ba bandi barereka kw avyimba, canke kw agwa bukumbi: ariko bamara umwanya munini babireretse, babonye ata co abaye, barahindura, bati N’imana.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 28:6
6 Referans Kwoze  

Maze abantu basemererera rimwe bavuga bati: “Iyi ni imana ivuze, si umuntu.”


Maze abantu bariko bagendera imbere ya Yesu, bagenda barasemerera bati: “Hozana Mwana wa Dawidi!” “Hahezagirwe uwuje mw’izina ry’Uhoraho!” “Hozana hejuru mw’ijuru!”


Hanyuma Pilato arababaza ati: “Yesu bita Kristo wewe ndamugire nte?” Bose bishurira rimwe bati: “Nabambwe!”


kandi abantu bose, abahambaye n’aboroshe, baramutangarira bakavuga bati: “Uwu mugabo ni bwa bushobozi bw’Imana, bita ‘Ubushobozi Buhambaye.’ ”


Hafi y’aho hari itongo ry’umukuru w’iryo zinga yitwa Pubiliyo. Na we atwakirana ubugwaneza, aduha indaro, tuhamara imisi itatu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite