Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 28:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Pawulo aca akunkumurira ico gikoko mu muriro, kandi ubumara bwayo ntibwagira ico bumugira.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Arikw akunkumurira ico gikōko mu muriro, ntiyagira ic’ aba.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 28:5
8 Referans Kwoze  

Ehe ndabahaye ububasha bwose bwo kunesha umwansi: muzohonyora inzoka na sikoropiyo muzimene imitwe, kandi nta na kimwe kizogira ico kibagira.


bazofata inzoka mu biganza vyabo; kandi nibanywa ivyica, nta co bizobagira. Bazorambika ibiganza ku barwaye, kandi bazokira.”


Kandi Imana, itanga amahoro izofyonyorera vuba Satani musi y’ibirenge vyanyu. Ubuntu bw’Umwami wacu Yesu bubane namwe.


Abantu bari biteze ko aca avyimba canke agapfa ubwo nyene. Ariko barindiriye umwanya muremure bakabona nta co abaye, baca barahindura batangura kuvuga ko Pawulo ari imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite