Ivyakozwe 28:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Abantu baba kuri iryo zinga batwakirana ubugwaneza budasanzwe, baca baducanira umucanwa kuko imvura yariko iragwa kandi hari hakanye. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Abanyamahanga badebagura baratubukabuka bitangaje, baducanira umuriro, batwākīra twese, kubg’ imvura n’imbeho vyāriho. Gade chapit la |