Ivyakozwe 28:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Maze mbonye ko Abayuda banse ingingo yo kundekura, nca nitwara kuri Kayisari. Ariko ntivyari bitumwe nuko ngomvye kuburanya ubwoko bwanje. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Arikw Abayuda batagaye, numva nkwiye kwitwara kuri Kayisari; ariko s’uko mfise ico ndega ubgoko bgacu. Gade chapit la |