Ivyakozwe 28:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Aho twahasanze bene Data, baca baratwakira badusaba ko twomarana na bo imisi indwi. Hanyuma turabandanya dushika i Roma. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Tuhasanga bene Data bamwe, baratwinginga ngo tumarane na bo imisi ndwi: uko ni ko twashitse i Roma. Gade chapit la |