Ivyakozwe 27:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe44 Abasigaye baca bogera ku mbaho n’ibimanyu vy’ubwato, gutyo bose bashika impore i musozi. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)44 abandi na bo, bamwe bagende ku mbaho, abandi ku bindi bivuye mu bgato. Nuko bagenza bartyo, bashika ku nkombe bose, barakira. Gade chapit la |