Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 27:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

40 Nuko bacagagura ya migozi yari ifashe vya vyuma, babirekurira mu mazi, babohora n’imigozi yari iboshe ingafe, baduza igihuzu c’imbere kugira ngo umuyaga usunike ubwato ubujana imbere, basoza batumbereye ku musenyi wo ku nkengera.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

40 Bazitura imigozi ifashe ivyuma biziritse ubgato, babirekera i bgina; bariko barabikora, batenzūra imigozi yar’ igumije ingafe zihindukiza ubgato, badūza igihuzu c’imbere kibugendesha ngo gihēhwe n’umuyaga, batumbereza ku musenyi.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 27:40
5 Referans Kwoze  

Yesu ariko aragendagenda ku nkengera y’ikiyaga Galilaya, abona abavukana babiri, Simoni batazira Petero na Andereya mwene nyina, bariko baterera urusenga mu mazi kuko bari abarovyi.


Bamaze kukaduza mu bwato, baca bakabohesha imigozi. Kubera batinya ko bwohava bubajana mu musenyi ushaya w’ahitwa Suriti muri Libiya, baca barekurira mu kiyaga icuma kiremereye kiboheye ku migozi, hanyuma barareka umuyaga ukubeba ubwato ubujana iyo ushaka.


Ariko ubwato buca bwiseka mu musenyi mwishi burahagarara, umutwe wabwo uruma mu musenyi, igihande c’inyuma na co kirasaba kubera imipfunda yacisekako n’inkomezi nyinshi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite