Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 27:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

38 Bamaze kurya bagahaga, baca bata ingano mu kiyaga kigira ngo baremurure ubwato.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Bamaze guhāga, baremurura ubgato, bata ingano mu kiyaga.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 27:38
9 Referans Kwoze  

Mbega umuntu vyomumarira iki yungutse ivyo mw’isi vyose, ariko agatakaza ubugingo bwiwe? Canke umuntu yotanga iki kugira ngo acungure ubugingo bwiwe?


Ni co gituma ndababwiye nti: ntimukiganyire kubera ivyo mukeneye kugira ngo mubeho; vyaba ivyokurya, ivyo kunywa, canke ivyo kwambara. Mbega ubuzima ntiburuta cane ivyokurya canke umubiri nturuta cane ivyambarwa?


Ni co gituma, ko dukikijwe n’isinzi ry’ivyabona bingana gutyo, dukwiye kwiyambura ibintu vyose bituboha bikatubuza kubandanya hamwe n’icaha kitwizingirako vyoroshe, maze dusiganwe n’umwete mw’ihiganwa Imana yashize imbere yacu.


Yesu ariko aragendagenda ku nkengera y’ikiyaga Galilaya, abona abavukana babiri, Simoni batazira Petero na Andereya mwene nyina, bariko baterera urusenga mu mazi kuko bari abarovyi.


Ubuzima buraruta cane ivyokurya, kandi umubiri uraruta cane ivyambarwa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite