Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 27:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 None rero ndabasavye murabe ico murya, kugira ngo mubeho; kuko nta n’umwe muri mwebwe azotakaza n’agashatsi ko ku mutwe wiwe.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Nuko ndabinginze, ni murābe utwo murya: kukw ari vyo vyobakiza, kandi ntihazohara agashatsi na kamwe ko ku mitwe yanyu.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 27:34
10 Referans Kwoze  

Mbere n’imishatsi yo ku mitwe yanyu yaraharuwe yose.


Ariko nta n’agashatsi ko ku mitwe yanyu kazotakara


Ntuze wame unywa amazi yonyene, uje uranywa umuvinyu mukeya ku bw’ingorane y’umushihito wawe, kuko wama ugwaragurika.


Mbere n’imishatsi yo ku mitwe yanyu yaraharuwe yose. Nuko rero ntimutinye, kuko musumvya agaciro utunyoni twinshi.


Mu migenderanire yanyu, mugire inyifato nk’iyo Kristo Yesu yari afise:


Yesu ahamagara abigishwa biwe arababwira ati: “Aba bantu banteye ikigongwe. Tumaranye imisi itatu none raba nta vyokurya basigaranye. Ninabarungika bashonje, bahava bagwira isari mu nzira.”


Bugiye guca, Pawulo yinginga abantu bose ngo bagire ico barya. Ababwira ati: “Raba haciye imisi cumi n’ine mwihebuye ata co mutamira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite