Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 27:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 Bugiye guca, Pawulo yinginga abantu bose ngo bagire ico barya. Ababwira ati: “Raba haciye imisi cumi n’ine mwihebuye ata co mutamira.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Bugira buce Paulo arabinginga bose ngo barye, ati Non’ uyu musi n’ūgira icumi na kane mukirorereye mutarya, ata co mutamira.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 27:33
6 Referans Kwoze  

Maze abasoda baca bacagagura imigozi yari iboshe ako kato gaca gakorokera mu kiyaga karatwarwa.


None rero ndabasavye murabe ico murya, kugira ngo mubeho; kuko nta n’umwe muri mwebwe azotakaza n’agashatsi ko ku mutwe wiwe.”


Yesu ahamagara abigishwa biwe arababwira ati: “Aba bantu banteye ikigongwe. Tumaranye imisi itatu none raba nta vyokurya basigaranye. Ninabarungika bashonje, bahava bagwira isari mu nzira.”


Ahejeje gufungura, udutege turagaruka. Nuko Sawuli amarana imisi n’abigishwa i Damasiko.


Haheze igihe abantu ata co barya, Pawulo ahagarara imbere yabo aravuga ati: “Bagenzi, mwari mukwiye kunyumviriza, mukareka kuva i Kirete. Gutyo mwari kuba mwirinze aka kaga n’uru ruhombo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite