Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 27:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Maze Pawulo abwira wa mukuru w’abasoda ijana ati: “Abo batagumye mu bwato ntimushobora kurokoka.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Paulo abarira wa mugabisha w’abasoda ijana, hamwe n’abasoda na bo, at’ Aba ni bataguma mu bgato ntimushobora gukira.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 27:31
14 Referans Kwoze  

Ariko wa mukuru w’abasoda ijana aho kwumviriza Pawulo, yumviriza uwugendesha ubwato na nyenebwo.


Ariko abo Data yampaye bose, bazoza aho ndi kandi sinzokwigera ndabirukana.


Maze abatwara ubwato bagerageza gutoroka ngo babuvemwo, bururutsa ka kato ko kwifashisha mu gihe c’impanuka, babesha ngo bagiye kurekurira mu mazi ivyuma vy’imbere na vyo.


Maze abasoda baca bacagagura imigozi yari iboshe ako kato gaca gakorokera mu kiyaga karatwarwa.


Abasigaye baca bogera ku mbaho n’ibimanyu vy’ubwato, gutyo bose bashika impore i musozi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite