Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 27:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Nuko rero bagenzi, nimugumye imitima, kuko ndizera ko Imana izobishitsa nk’uko yabimbwiye.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Nuko ni muhūmure, yemwe bagabo, kuko nizeye Imana, yuko bizoba nk’uko nabariwe.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 27:25
8 Referans Kwoze  

Urahiriwe kuko wizeye ko ivyo Umwami Imana yavuze bizoshika.”


Ni co gituma ndiko ndababazwa uku. Ariko singira isoni kuko ndazi uwo nizeye, kandi sinkekeranya ko ashoboye kuzigama ico namubikije gushika ku musi w’ukugaruka kwiwe.


Ariko wa mukuru w’abasoda ijana aho kwumviriza Pawulo, yumviriza uwugendesha ubwato na nyenebwo.


Bose baca bararema, na bo batangura kurya.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite