Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 27:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Nuko tuba muri ako kaga ko kuzungagizwa n’ibihuhusi kugeza aho batangura guta mu mazi bimwe mu vyari mu bwato ku musi ukurikira.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Tuzungagizwa cane n’igihuhuta, bukeye bg’aho bata imitwaro mu kiyaga.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 27:18
9 Referans Kwoze  

Bamaze kurya bagahaga, baca bata ingano mu kiyaga kigira ngo baremurure ubwato.


Ni co gituma, ko dukikijwe n’isinzi ry’ivyabona bingana gutyo, dukwiye kwiyambura ibintu vyose bituboha bikatubuza kubandanya hamwe n’icaha kitwizingirako vyoroshe, maze dusiganwe n’umwete mw’ihiganwa Imana yashize imbere yacu.


Ku musi ugira gatatu, bo nyene baterera mu mazi ibikoresho bimwebimwe ubwato bukenera.


Maze shebuja ashima amayeri uwo munyabigega asesagura yakoresheje. Ni ko n’abana b’iyi si bazi ubwenge bwo kwitunganiriza ivy’ubuzima kurusha abana b’umuco.


Mbega umuntu vyomumarira iki yungutse ivyo mw’isi vyose, ariko agatakaza ubugingo bwiwe? Canke umuntu yotanga iki kugira ngo acungure ubugingo bwiwe?


Ubuzima buraruta cane ivyokurya, kandi umubiri uraruta cane ivyambarwa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite