Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 27:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Tutarashika kure, haduka igihuhusi gikomeye citwa Ewulakuloni kiza giturutse kuri iryo zinga.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Arikw igihe kitari kinini gishize, hatera umuyaga w’igihuhuta citwa Ewurakulo, uturutse kur’ ico kizinga.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 27:14
7 Referans Kwoze  

Maze haza umuyaga w’igihuhusi ukomeye bituma imipfunda y’amazi yisuka mu bwato, ku buryo bwari bugiye kwuzura amazi.


Ubwo nyene haza umuyaga w’igihuhusi mu kiyaga, ku buryo imipfunda yariko irisuka mu bwato; kandi ico gihe Yesu yari asinziriye.


Maze ubwato butangirwa n’umuyaga, ntivyakunda ko bubandanya. Duca turareka umuyaga udutwara iyo ushaka.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite