Ivyakozwe 27:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Ariko wa mukuru w’abasoda ijana aho kwumviriza Pawulo, yumviriza uwugendesha ubwato na nyenebwo. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Ariko, umugabisha w’abasoda yumvira ūtumbereza ubgato na nyene bgo kurusha ivyo Paulo avuze. Gade chapit la |