Ivyakozwe 26:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Agiripa abarira Fesito ati: “Iyaba atari yaramaze kwungururiza kwa Kayisari, yaca arekurwa.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Agiripa abarira Fesito, at’ Uyu muntu aba arekuwe, iy’ ataba yar’ agomvye kuzokwitwara kuri Kayisari. Gade chapit la |