Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 26:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Ibi umwami asanzwe abizi. Ibi ndiko ndabivuga nshize ubwoba kuko ndazi ko na we nyene abizi, kuko ntivyakorewe mu kinyegero.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Umwami arazi ivyo neza, kandi ndamubarira nshize amanga; kuko nzi yukw ata na kimwe mur’ ivyo ahishijwe, kukw ivyo bitākorewe mu mfuruka.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 26:26
9 Referans Kwoze  

Agiripa aca abwira Fesito ati: “Nanje ndashaka kwiyumvira uwo muntu.” Aramwishura ati: “Ejo uzomwiyumvira.”


Barasezerana bati: “Ariko ntidukwiye kumufata mu misi mikuru kuko abantu bohava bagumuka.”


Mwami Agiripa, mbega ntiwizera ivyo abavugishwa bavuze? Ndazi ko uvyizera.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite