Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 26:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Pawulo asubizayo ati: “Nyenicubahiro Fesito, sinasaze. Ivyo ndiko ndavuga ni ukuri kandi biratahuritse.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Paulo aramwishura, ati Sinsaze, Fesito umwubahwa, ariko mvuga amajambo y’ukuri kand’ aroranye.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 26:25
10 Referans Kwoze  

Jewe Kilawudiyo Lusiyasi, Ndabaramukije nyakwubahwa Felisi, umukuru w’intara.


Ategerezwa kuba uwuzigama neza ijambo ry’ukwizera yigishijwe, kugira ngo ashobore kuremesha abandi mu vyizerwa vy’ukuri, no gutsinda abamuhaririza.


Ahubwo mu mitima yanyu mwubahe Kristo nk’Umwami. Kandi igihe cose mwame mwiteguye kwishurana ubugwaneza no kwubaha umuntu wese ababajije ivyerekeye ivyizigiro vyanyu.


Ntimukihorane canke ngo mwishure uwubatutse. Ahubwo mubahezagire kuko ico ari co Imana yabahamagariye gukora ngo namwe muragwe umuhezagiro.


Kandi muri vyose na hose ga nyakwubahwa Felisi, turabigushimira bivuye ku mutima.


Yesu arabishura ati: “Jewe simboshwe n’umudayimoni; nubaha Data ariko mwebwe ntimunyubaha.


Ni co gituma nanje, maze gutohoza neza uko vyagenze vyose kuva mu ntango, nahisemwo kukwandikira inkuru y’ukuri kandi itomoye, nyakwubahwa Teyofilo,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite